Ubutegetsi buvuga ko inzoga y'ubumara itemewe n'amategeko yishe 70 bakora mu mirima y'icayi, abandi 200 bakaba bariko bavurwa mu bitaro muri Leta ya Assam...
Imbuto enye z'igihigwa cy' itabi zabonywe mugicaniro ca kera mu ntara ya Utah bikerekana y'uko abanye Amerika ba kera cane bakoresha ico gihigwa nyuma...
2Pacâs The Don Killuminati: The 7 Day Theory, released just two months after his September 1996 murder under the alias Makaveli, wasnât a star-studded affair...
Asking a rapper â especially one as decorated as Busta Rhymes â to re-do a verse could go in a multitude of directions. Luckily for Chris Brown, it...
Samuel Little, umugabo ibiro by'iperereza FBI bivuga ko ari we muntu wishe abantu benshi mu mateka ya Amerika, yapfuye afite imyaka 80.
Yaguye mu bitaro...
Bernard Ntaganda, umwe mu banyapolitiki batavuga rumwe nâubutegetsi uba mu Rwanda, yatangaje ko Commonwealth ari âitsinda ryâabanyagitugu beza na ba shebuja bâindyaryaâ bakuriwe nâUbwongereza.
Yabitangaje...
Yanditse ku kwica â none agiye muri gereza ku bwicanyi.
Urukiko muri leta ya Oregon muri Amerika rwakatiye Nancy Crampton Brophy gufungwa burundu kubera kurasa...
Umucamanza wo muri Amerika yabaye ahagaritse itegeko rishya ritavugwaho rumwe ryo muri Texas urebye ribuza abagore gukuramo inda muri iyo leta.
Umucamanza wo ku rwego...
Umugore wo muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika yarashe yica umugabo ubwo abantu bari mu birori i Charleston muri Virginia y'uburengero.
Dennis Butler, umugabo w'imyaka...