10.Terem Moffi: Ni rutahizamu ukina aca kurunde rw’ibuso mwikipe ya Fc Lolient yo muri League 1 mubu France ari kumwanya wa 10 n’ibitego 9.
9.Alek Sandar Mitrovic: ni umwataka ukina aca kwi 9 mwikipe ya Fulham yo muri Premier League mu Bwongereza ari kumwanya 9 n’ibitego 9 azigamye.
8.Jonathan Christian David: Ni rutahizamu ukinira Lille osc yo muri France ari kumwanya wa 8 n’ibitego 9 azigamye kugeza ubu.
7.Niclos Full krug: ni rutahizamu ukinira werder bremen yo mu Budage ari k’umwamya 7 n’ibitego 10.
6.Christopher Alan Nkunku: Akina yugarura mwikipe RB Leipzig yo mu Budage ari kumwanya wa 6 n’ibitego 11.
5.Neymar de Silve Santos: Ni rutahizamu ukina aca kuruhande rw’iburyo mwikipe ya Paris Saint Germany yo muri France niwe uri kumwanya wa 5 nawe azigamye ibitego 11.
- 4.Kylian Mbappe:N’umwataka ukinira Paris Saint Germany yo muri France ari kumwanya wa 4 n’ibitego 11nawe azigamye kugeza ubu.
3.Hary Kane: Ni rutahizamu ukina aca kurunde rw’iburyo mwikipe ya Tottenham Hotspur mu Bwongereza ari kumwanya 3 N’ibitego 11azigamye.
2.Robert Lewandowski:Ni umwataka ukinira Fc Barcelona yo muri spain ari kumwanya 2 azigamye ibitego 13.
1.Erling Brant Haaland : Ni rutahizamu ukomoka muri Noryway kugeza ubu statistics zerekana yuko buri mukino atsinda 1.5 akinira Manchester city yo mu Bwongereza akaba ayoboye abandi n’ibitego 18 kugeza ubu.